New YANK SOFA

New YANK SOFA

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from New YANK SOFA, Furniture, Kanyosha.

12/12/2024

New Yank sofa

Turipfuza gufasha ugwaruka ibijanye n'umwuga wo gukora intebe (salon ministre)
Vy'ibanze.

Twipfuza ugwaruka 10.
Tuzotangura kwiga duhagaze, munyuma twikorere ivyo twicarako

Ukaba uri umus jeune atagira umwuga kandi twipfuza kuja hamwe n'abandi kugira twiteze imbere, murahawe ikaze.

Kugira mumenye vyinsh, baza kuri (69 34 13 61 call simple&tsapp)

Photos from New YANK SOFA's post 24/02/2024
Photos from New YANK SOFA's post 24/02/2024

.
Dukorera kuvyo tuba twayaze
Tel: 79814081(tsapp)

Photos from New YANK SOFA's post 14/02/2023

Mwaridoze, twarumvise. Iyi ni New YANK SOFA. ije kubakorera ibihwanye n'amasezerano mwagiraniye. Ntiduta isango ivyawe tubiguhera igihe cavyo. Karibu.. Abipfuza ivyabo ko bikorwa mumuco no mukuri.... Ni 79814081(tsapp) , 69341361. Murahawe ikaze !!!!!

Want your business to be the top-listed Furniture Store in Kanyosha?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Category

Website

Address


Kanyosha